Ivyakozwe 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko atuma i Makedoniya babiri mu bamukorera, ari bo Timoteyo+ na Erasito+, mugabo we ubwiwe atebera mu ntara ya Aziya igihe gitoyi. Abaroma 16:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Timoteyo umukozi mugenzanje arabaramutsa, na Lusiyo na Yasoni na Sosipatero incuti zanje+. 1 Abakorinto 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ni co gituma ndabarungikiye Timoteyo+, kuko ari umwana wanje w’umukundwa+ kandi w’umwizigirwa mu Mukama; na we azobibutsa ubuhinga bwanje mu bijanye na Kristu Yezu+, nk’uko nigisha hose mw’ishengero iryo ari ryo ryose. 1 Abatesalonika 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 turaheza turungika Timoteyo+, mwene wacu akaba n’umusuku w’Imana mu bijanye n’inkuru nziza+ yerekeye Kristu, kugira ngo abashikamishe yongere abahoze kugira ngo ukwizera kwanyu gukomezwe, 1 Timoteyo 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ndakwandikiye wewe Timoteyo+, umwana wanje+ nyakuri mu kwizera: Habe ubuntu ata wari abukwiriye, imbabazi, amahoro biva ku Mana ari yo Data no kuri Kristu Yezu Umukama wacu+.
22 Nuko atuma i Makedoniya babiri mu bamukorera, ari bo Timoteyo+ na Erasito+, mugabo we ubwiwe atebera mu ntara ya Aziya igihe gitoyi.
17 Ni co gituma ndabarungikiye Timoteyo+, kuko ari umwana wanje w’umukundwa+ kandi w’umwizigirwa mu Mukama; na we azobibutsa ubuhinga bwanje mu bijanye na Kristu Yezu+, nk’uko nigisha hose mw’ishengero iryo ari ryo ryose.
2 turaheza turungika Timoteyo+, mwene wacu akaba n’umusuku w’Imana mu bijanye n’inkuru nziza+ yerekeye Kristu, kugira ngo abashikamishe yongere abahoze kugira ngo ukwizera kwanyu gukomezwe,
2 ndakwandikiye wewe Timoteyo+, umwana wanje+ nyakuri mu kwizera: Habe ubuntu ata wari abukwiriye, imbabazi, amahoro biva ku Mana ari yo Data no kuri Kristu Yezu Umukama wacu+.