Abagalatiya 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 bana banje bato+, mwebwe abongeye kuntera ububabare bw’ukwibaruka gushika Kristu yubatswe muri mwebwe+. 1 Abatesalonika 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Muri ubwo buryo, murazi neza ingene twagumye duhimiriza+ umwe wese muri mwebwe, nk’uko se+ agirira abana, tukabirura kandi tugashinga intahe kuri mwebwe,
19 bana banje bato+, mwebwe abongeye kuntera ububabare bw’ukwibaruka gushika Kristu yubatswe muri mwebwe+.
11 Muri ubwo buryo, murazi neza ingene twagumye duhimiriza+ umwe wese muri mwebwe, nk’uko se+ agirira abana, tukabirura kandi tugashinga intahe kuri mwebwe,