1 Abakorinto 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko naho mwogira abarezi+ ibihumbi cumi muri Kristu, mu vy’ukuri nta ba so benshi mufise+; kuko muri Kristu Yezu nacitse so biciye ku nkuru nziza+. 1 Abatesalonika 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Muri ubwo buryo, murazi neza ingene twagumye duhimiriza+ umwe wese muri mwebwe, nk’uko se+ agirira abana, tukabirura kandi tugashinga intahe kuri mwebwe, Filemoni 10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ndiko nguhimiriza ku vyerekeye umwana wanje+, uwo nabereye nka se+ ndi mu mvuto, ari we Onezime+,
15 Kuko naho mwogira abarezi+ ibihumbi cumi muri Kristu, mu vy’ukuri nta ba so benshi mufise+; kuko muri Kristu Yezu nacitse so biciye ku nkuru nziza+.
11 Muri ubwo buryo, murazi neza ingene twagumye duhimiriza+ umwe wese muri mwebwe, nk’uko se+ agirira abana, tukabirura kandi tugashinga intahe kuri mwebwe,