1 Samweli 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Isandugu y’Imana irafatwa+, ba bahungu babiri ba Eli, Hofuni na Finehasi, na bo barapfa+. Zaburi 78:61 Bibiliya y’isi nshasha 61 Itanga inkomezi zayo ngo zigirwe imbohe+,Ubwiza bwayo ibutanga mu kuboko kw’umurwanizi+. Gucura intimba 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yehova yakoze ivyo yari yiyumviriye+. Yashikije ivyo yavuze+,Ivyo yari yarategetse kuva mu misi ya kera+. Yasambuye, ntiyagira impuhwe+.Kandi atuma umwansi anezerwa ku bikwerekeye+. Yashize hejuru ihembe ry’abarwanizi bawe+.
17 Yehova yakoze ivyo yari yiyumviriye+. Yashikije ivyo yavuze+,Ivyo yari yarategetse kuva mu misi ya kera+. Yasambuye, ntiyagira impuhwe+.Kandi atuma umwansi anezerwa ku bikwerekeye+. Yashize hejuru ihembe ry’abarwanizi bawe+.