ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Abantu bashitse kw’ikambi, abagabo b’inararibonye ba Isirayeli batangura kuvuga bati: “Ni kubera iki Yehova adutsindiye uyu musi imbere y’Abafilisitiya+? Nimuze twizanire isandugu y’isezerano rya Yehova+ tuyikuye i Shilo, kugira ngo ize hagati muri twebwe, idukize mu kiganza c’abansi bacu.”

  • Zaburi 78:61
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 61 Itanga inkomezi zayo ngo zigirwe imbohe+,

      Ubwiza bwayo ibutanga mu kuboko kw’umurwanizi+.

  • Gucura intimba 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Yehova yakoze ivyo yari yiyumviriye+. Yashikije ivyo yavuze+,

      Ivyo yari yarategetse kuva mu misi ya kera+. Yasambuye, ntiyagira impuhwe+.

      Kandi atuma umwansi anezerwa ku bikwerekeye+. Yashize hejuru ihembe ry’abarwanizi bawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika