-
Abacamanza 6:39Bibiliya y’isi nshasha
-
-
39 Ariko Gideyoni abwira Imana y’ukuri ati: “Ishavu ryawe ntirindurumbire, mugabo nkundira mvuge rindi rimwe gusa. Ndakwinginze ngezeshe ubu bwoya rindi rimwe gusa. Ndakwinginze ubwoya bwonyene bwume, mugabo hasi hose habe ikime.”
-