1 Samweli 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mu nyuma baza kumenyesha Dawidi bati: “Ehe Abafilisitiya bariko barwanya Keyila+, kandi bariko barasahura ibiri ku mbuga z’ikubitiro+.”
23 Mu nyuma baza kumenyesha Dawidi bati: “Ehe Abafilisitiya bariko barwanya Keyila+, kandi bariko barasahura ibiri ku mbuga z’ikubitiro+.”