1 Samweli 22:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Na Nobu+ igisagara c’abaherezi, agikubitisha ubugi bw’inkota, akubitisha ubugi bw’inkota umugabo n’umugore, umwana n’uwonka, ishūri n’indogobwa n’intama. Imigani 28:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kurya kw’intambwe iroha be n’idubu ivundera ngo isimbire ku kintu, ni ko umutware w’umubisha ameze ku gisata c’abantu batobato+.
19 Na Nobu+ igisagara c’abaherezi, agikubitisha ubugi bw’inkota, akubitisha ubugi bw’inkota umugabo n’umugore, umwana n’uwonka, ishūri n’indogobwa n’intama.
15 Kurya kw’intambwe iroha be n’idubu ivundera ngo isimbire ku kintu, ni ko umutware w’umubisha ameze ku gisata c’abantu batobato+.