1 Samweli 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mu nyuma, Dawidi ashika i Nobu+ kwa Ahimeleki umuherezi; Ahimeleki+ atangura kujugumira abonanye na Dawidi maze amubwira ati: “Kubera iki uri wenyene, ata muntu n’umwe muri kumwe+?” 1 Samweli 22:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Dowegi+ Umwedomu, uwari yashizwe hejuru y’abasuku ba Sauli, aca arishura, avuga ati: “Narabonye mwene Yese aza i Nobu kwa Ahimeleki+ mwene Ahitubu+.
21 Mu nyuma, Dawidi ashika i Nobu+ kwa Ahimeleki umuherezi; Ahimeleki+ atangura kujugumira abonanye na Dawidi maze amubwira ati: “Kubera iki uri wenyene, ata muntu n’umwe muri kumwe+?”
9 Dowegi+ Umwedomu, uwari yashizwe hejuru y’abasuku ba Sauli, aca arishura, avuga ati: “Narabonye mwene Yese aza i Nobu kwa Ahimeleki+ mwene Ahitubu+.