1 Samweli 10:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nayo Sauli, aja i muhira iwe i Gibeya+, maze abagabo b’intwari Imana yari yakoze ku mutima bajana na we+. 1 Samweli 15:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nuko Samweli aja i Rama, Sauli na we aduga ku nzu yiwe i Gibeya+ ha Sauli.
26 Nayo Sauli, aja i muhira iwe i Gibeya+, maze abagabo b’intwari Imana yari yakoze ku mutima bajana na we+.