ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 18:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 na Zela+, Ha-elefu na Yebusi, ari yo Yeruzalemu+, na Gibeya+ na Kiriyati; ibisagara cumi na bine n’imihana irundanye ibikukira.

      Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo+.

  • Abacamanza 20:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze bene Benyamini bakoranira hamwe i Gibeya bavuye mu bisagara, kugira basohoke baje mu rugamba rwo kurwanya bene Isirayeli.

  • 1 Samweli 11:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Amaherezo nya ntumwa zishika i Gibeya+ ha Sauli ziraheza zivugira nya majambo mu matwi y’abantu, maze abantu bose batangura gushira ijwi hejuru no kurira+.

  • 1 Samweli 13:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuko Sauli yitorera abagabo ibihumbi bitatu muri Isirayeli; ibihumbi bibiri bari kumwe na Sauli i Mikimashi+ no mu karere k’imisozi ka Beteli, igihumbi na bo bakaba bari kumwe na Yonatani+ i Gibeya+ ha Benyamini; abantu basigaye arabarungika, umwe wese kw’ihema ryiwe.

  • 2 Samweli 21:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 niduhabwe abagabo indwi bo mu bahungu biwe+; natwe tubashire ahabona+ imbere ya Yehova i Gibeya+ ha Sauli, uwo Yehova yatoye+.” Nuko umwami avuga ati: “Jewe ubwanje ndabatanga.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika