1 Samweli 10:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nayo Sauli, aja i muhira iwe i Gibeya+, maze abagabo b’intwari Imana yari yakoze ku mutima bajana na we+. 1 Samweli 14:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Sauli yaba ku mubari wa Gibeya+, munsi y’igiti c’ikomamanga kiri i Miguroni; abantu bari kumwe na we bari nk’abagabo amajana atandatu+.
26 Nayo Sauli, aja i muhira iwe i Gibeya+, maze abagabo b’intwari Imana yari yakoze ku mutima bajana na we+.
2 Sauli yaba ku mubari wa Gibeya+, munsi y’igiti c’ikomamanga kiri i Miguroni; abantu bari kumwe na we bari nk’abagabo amajana atandatu+.