1 Samweli 13:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze Samweli arahaguruka, ava i Gilugali aduga i Gibeya ha Benyamini, Sauli na we atangura guharūra abantu bari bakiri kumwe na we, nk’abagabo amajana atandatu+.
15 Maze Samweli arahaguruka, ava i Gilugali aduga i Gibeya ha Benyamini, Sauli na we atangura guharūra abantu bari bakiri kumwe na we, nk’abagabo amajana atandatu+.