1 Samweli 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mbere Abaheburayo bajabuka Yorodani+, baja mu gihugu ca Gadi+ n’ica Gileyadi. Mugabo Sauli yari akiri i Gilugali, kandi abantu bose bamukurikira bajugumira+. 1 Samweli 14:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Sauli yaba ku mubari wa Gibeya+, munsi y’igiti c’ikomamanga kiri i Miguroni; abantu bari kumwe na we bari nk’abagabo amajana atandatu+.
7 Mbere Abaheburayo bajabuka Yorodani+, baja mu gihugu ca Gadi+ n’ica Gileyadi. Mugabo Sauli yari akiri i Gilugali, kandi abantu bose bamukurikira bajugumira+.
2 Sauli yaba ku mubari wa Gibeya+, munsi y’igiti c’ikomamanga kiri i Miguroni; abantu bari kumwe na we bari nk’abagabo amajana atandatu+.