1 Samweli 9:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Samweli abona Sauli, Yehova na we amwishura ati: “Ng’uyo wa muntu nakubwira nti: ‘Uyu ni we azogumiza hamwe abantu banje+.’”
17 Nuko Samweli abona Sauli, Yehova na we amwishura ati: “Ng’uyo wa muntu nakubwira nti: ‘Uyu ni we azogumiza hamwe abantu banje+.’”