Yosuwa 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 na Zela+, Ha-elefu na Yebusi, ari yo Yeruzalemu+, na Gibeya+ na Kiriyati; ibisagara cumi na bine n’imihana irundanye ibikukira. Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo+. 1 Samweli 10:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nayo Sauli, aja i muhira iwe i Gibeya+, maze abagabo b’intwari Imana yari yakoze ku mutima bajana na we+. 1 Samweli 15:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Nuko Samweli aja i Rama, Sauli na we aduga ku nzu yiwe i Gibeya+ ha Sauli.
28 na Zela+, Ha-elefu na Yebusi, ari yo Yeruzalemu+, na Gibeya+ na Kiriyati; ibisagara cumi na bine n’imihana irundanye ibikukira. Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo+.
26 Nayo Sauli, aja i muhira iwe i Gibeya+, maze abagabo b’intwari Imana yari yakoze ku mutima bajana na we+.