Abacamanza 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo shebuja amubwira ati: “Ntidukebereze mu gisagara c’abanyamahanga+ batari abo muri bene Isirayeli; tubwirizwa kubandanya gushika i Gibeya+.” 1 Samweli 10:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nayo Sauli, aja i muhira iwe i Gibeya+, maze abagabo b’intwari Imana yari yakoze ku mutima bajana na we+.
12 Mugabo shebuja amubwira ati: “Ntidukebereze mu gisagara c’abanyamahanga+ batari abo muri bene Isirayeli; tubwirizwa kubandanya gushika i Gibeya+.”
26 Nayo Sauli, aja i muhira iwe i Gibeya+, maze abagabo b’intwari Imana yari yakoze ku mutima bajana na we+.