Yosuwa 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 na Zela+, Ha-elefu na Yebusi, ari yo Yeruzalemu+, na Gibeya+ na Kiriyati; ibisagara cumi na bine n’imihana irundanye ibikukira. Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo+. 1 Samweli 10:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nayo Sauli, aja i muhira iwe i Gibeya+, maze abagabo b’intwari Imana yari yakoze ku mutima bajana na we+. Yesaya 10:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Bajabutse icambu, i Geba+ ni ho barara, Rama+ yajugumiye, Gibeya+ ya Sauli yahunze. Hoseya 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Nimuvugirize inzamba+ i Gibeya+, n’urumbete i Rama! Nimuvugirize akaruru k’intambara i Beti-aveni+—inyuma yawe, ewe Benyamini+!
28 na Zela+, Ha-elefu na Yebusi, ari yo Yeruzalemu+, na Gibeya+ na Kiriyati; ibisagara cumi na bine n’imihana irundanye ibikukira. Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Benyamini hakurikijwe imiryango yabo+.
26 Nayo Sauli, aja i muhira iwe i Gibeya+, maze abagabo b’intwari Imana yari yakoze ku mutima bajana na we+.
8 “Nimuvugirize inzamba+ i Gibeya+, n’urumbete i Rama! Nimuvugirize akaruru k’intambara i Beti-aveni+—inyuma yawe, ewe Benyamini+!