Yesaya 10:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Bajabutse icambu, i Geba+ ni ho barara, Rama+ yajugumiye, Gibeya+ ya Sauli yahunze.