Yosuwa 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 na Kefari-amoni na Ofuni na Geba+; ibisagara cumi na bibiri n’imihana irundanye ibikukira. Yosuwa 21:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mu muryango wa Benyamini hatangwa Gibeyoni+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho, Geba+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho, 2 Ngoma 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nayo Asa umwami, ahitana Yuda yose+, maze batangura gutwara amabuye y’igisagara ca Rama+ n’ibiti vyaco, ivyo Bayasha yari yarubakishije+, atangura kuvyubakisha Geba+ na Mizipa+.
17 Mu muryango wa Benyamini hatangwa Gibeyoni+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho, Geba+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho,
6 Nayo Asa umwami, ahitana Yuda yose+, maze batangura gutwara amabuye y’igisagara ca Rama+ n’ibiti vyaco, ivyo Bayasha yari yarubakishije+, atangura kuvyubakisha Geba+ na Mizipa+.