ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 18:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 na Kefari-amoni na Ofuni na Geba+; ibisagara cumi na bibiri n’imihana irundanye ibikukira.

  • 1 Ngoma 6:60
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 60 ku vy’umuryango wa Benyamini na ho hatangwa: Geba+ n’amatongo y’uburagiriro yaho, Alemeti+ n’amatongo y’uburagiriro yaho be na Anatoti+ n’amatongo y’uburagiriro yaho. Ibisagara vyabo vyose vyari ibisagara cumi na bitatu+ vyatanzwe mu miryango yabo.

  • Yesaya 10:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Bajabutse icambu, i Geba+ ni ho barara, Rama+ yajugumiye, Gibeya+ ya Sauli yahunze.

  • Zakariya 14:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Igihugu cose kizohindurwa kibe nka Araba+, kuva i Geba+ gushika i Rimoni+ mu bumanuko bwa Yeruzalemu; Yeruzalemu izohaguruka ibemwo abantu, mu kibanza cayo+, kuva kw’Irembo rya Benyamini+ gushika ahari Irembo rya Mbere, gushika kw’Irembo ryo mu Mfuruka, no kuva ku Munara wa Hananeli+ gushika ku bikono vy’umwami baganiramwo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika