1 Ngoma 6:60 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 60 Mu karere k’umuryango wa Benyamini bahawe Geba+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo, Alemeti n’amatongo yaho yo kuragiramwo na Anatoti+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo. Ibisagara vyose vyahawe imiryango yabo vyari 13+.
60 Mu karere k’umuryango wa Benyamini bahawe Geba+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo, Alemeti n’amatongo yaho yo kuragiramwo na Anatoti+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo. Ibisagara vyose vyahawe imiryango yabo vyari 13+.