Hoseya 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Nimuvugirize inzamba+ i Gibeya+, n’urumbete i Rama! Nimuvugirize akaruru k’intambara i Beti-aveni+—inyuma yawe, ewe Benyamini+!
8 “Nimuvugirize inzamba+ i Gibeya+, n’urumbete i Rama! Nimuvugirize akaruru k’intambara i Beti-aveni+—inyuma yawe, ewe Benyamini+!