ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 18:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 na Mizipe+ na Kefira+ na Moza,

  • Abacamanza 20:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nuko rero bene Isirayeli bose barasohoka+ maze ikoraniro rirakorana nk’umuntu umwe+, kuva i Dani+ gushika i Beyeri-sheba+ be n’igihugu ca Gileyadi+, bakoranira imbere ya Yehova i Mizipa+.

  • 1 Samweli 7:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Maze Samweli avuga ati: “Nimukoranirize hamwe Isirayeli yose+ i Mizipa+, kugira ngo ndabasengere+ kuri Yehova.”

  • Yeremiya 40:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko Yeremiya aja kuri Gedaliya+ mwene Ahikamu i Mizipa+, abana na we hagati mu bantu bari basigaye mu gihugu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika