Abacamanza 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko rero bene Isirayeli bose barasohoka+ maze ikoraniro rirakorana nk’umuntu umwe+, kuva i Dani+ gushika i Beyeri-sheba+ be n’igihugu ca Gileyadi+, bakoranira imbere ya Yehova i Mizipa+. 1 Abami 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nayo Umwami Asa, ahamagaza Yuda yose+, ata n’umwe avuyemwo, maze batangura gutwara amabuye y’igisagara ca Rama n’ibiti vyaco, ivyo Bayasha yari yubakishije; hanyuma Umwami Asa atangura kuvyubakisha Geba+ muri Benyamini, na Mizipa+.
20 Nuko rero bene Isirayeli bose barasohoka+ maze ikoraniro rirakorana nk’umuntu umwe+, kuva i Dani+ gushika i Beyeri-sheba+ be n’igihugu ca Gileyadi+, bakoranira imbere ya Yehova i Mizipa+.
22 Nayo Umwami Asa, ahamagaza Yuda yose+, ata n’umwe avuyemwo, maze batangura gutwara amabuye y’igisagara ca Rama n’ibiti vyaco, ivyo Bayasha yari yubakishije; hanyuma Umwami Asa atangura kuvyubakisha Geba+ muri Benyamini, na Mizipa+.