ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 18:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 na Mizipe+ na Kefira+ na Moza,

  • Abacamanza 20:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nuko rero bene Isirayeli bose barasohoka+ maze ikoraniro rirakorana nk’umuntu umwe+, kuva i Dani+ gushika i Beyeri-sheba+ be n’igihugu ca Gileyadi+, bakoranira imbere ya Yehova i Mizipa+.

  • Abacamanza 21:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kandi abagabo ba Isirayeli bari bararahiriye i Mizipa+, bati: “Nta muntu n’umwe muri twebwe azoshingira umukobwa wiwe Benyamini+.”

  • 1 Samweli 10:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nuko Samweli akoraniriza abantu imbere ya Yehova i Mizipa+,

  • 1 Abami 15:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Nayo Umwami Asa, ahamagaza Yuda yose+, ata n’umwe avuyemwo, maze batangura gutwara amabuye y’igisagara ca Rama n’ibiti vyaco, ivyo Bayasha yari yubakishije; hanyuma Umwami Asa atangura kuvyubakisha Geba+ muri Benyamini, na Mizipa+.

  • 2 Abami 25:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Abakuru b’inteko za gisirikare bose+, bo hamwe n’ingabo zabo, bumvise ko umwami wa Babiloni yari yagenye Gedaliya, baca baza kuri Gedaliya i Mizipa+, abo na bo bakaba bari Ishimayeli mwene Netaniya na Yohanani mwene Kareya na Seraya mwene Tanihumeti Umunyanetofa na Yayazaniya umuhungu w’Umumayakati, bo hamwe n’ingabo zabo.

  • Yeremiya 40:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko Yeremiya aja kuri Gedaliya+ mwene Ahikamu i Mizipa+, abana na we hagati mu bantu bari basigaye mu gihugu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika