1 Samweli 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Akirangiza kuvugana na Sauli, umutima wa Yonatani+ ufatana+ n’uwa Dawidi, maze Yonatani atangura kumukunda nk’uko yikunda+. 2 Samweli 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Dawidi abandanya kumubwira ati: “Vyagenze gute? Ndakwinginze umbwire.” Na we avuga ati: “Abantu bahunze urugamba; vyongeye, benshi mu bantu baguye, barapfa+; mbere na Sauli+ be na Yonatani+ umuhungu wiwe bapfuye.” 2 Samweli 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ariko umwami agirira impuhwe Mefibosheti+ mwene Yonatani, Yonatani wa Sauli, kubera indahiro+ ya Yehova yari hagati yabo, hagati ya Dawidi na Yonatani mwene Sauli.
18 Akirangiza kuvugana na Sauli, umutima wa Yonatani+ ufatana+ n’uwa Dawidi, maze Yonatani atangura kumukunda nk’uko yikunda+.
4 Dawidi abandanya kumubwira ati: “Vyagenze gute? Ndakwinginze umbwire.” Na we avuga ati: “Abantu bahunze urugamba; vyongeye, benshi mu bantu baguye, barapfa+; mbere na Sauli+ be na Yonatani+ umuhungu wiwe bapfuye.”
7 Ariko umwami agirira impuhwe Mefibosheti+ mwene Yonatani, Yonatani wa Sauli, kubera indahiro+ ya Yehova yari hagati yabo, hagati ya Dawidi na Yonatani mwene Sauli.