1 Samweli 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Umusi umwe, Yonatani+ mwene Sauli abwira umusuku yatwara ibirwanisho vyiwe ati: “Ingo tujabuke tuje ku kirindiro c’Abafilisitiya bari hariya hakurya.” Mugabo ntiyabimenyesha se+. 1 Samweli 14:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Bene Sauli bari Yonatani+ na Ishivi na Maliki-shuwa+; nayo amazina y’abakobwa biwe babiri, uwavutse ubwa mbere yitwa Merabu+, umuto na we akitwa Mikali+. 2 Samweli 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Dawidi abandanya kumubwira ati: “Vyagenze gute? Ndakwinginze umbwire.” Na we avuga ati: “Abantu bahunze urugamba; vyongeye, benshi mu bantu baguye, barapfa+; mbere na Sauli+ be na Yonatani+ umuhungu wiwe bapfuye.”
14 Umusi umwe, Yonatani+ mwene Sauli abwira umusuku yatwara ibirwanisho vyiwe ati: “Ingo tujabuke tuje ku kirindiro c’Abafilisitiya bari hariya hakurya.” Mugabo ntiyabimenyesha se+.
49 Bene Sauli bari Yonatani+ na Ishivi na Maliki-shuwa+; nayo amazina y’abakobwa biwe babiri, uwavutse ubwa mbere yitwa Merabu+, umuto na we akitwa Mikali+.
4 Dawidi abandanya kumubwira ati: “Vyagenze gute? Ndakwinginze umbwire.” Na we avuga ati: “Abantu bahunze urugamba; vyongeye, benshi mu bantu baguye, barapfa+; mbere na Sauli+ be na Yonatani+ umuhungu wiwe bapfuye.”