-
2 Samweli 6:20Bibiliya y’isi nshasha
-
-
20 Nuko Dawidi asubira inyuma guhezagira urugo rwiwe+; maze Mikali+ umukobwa wa Sauli asohoka gusanganira Dawidi hanyuma avuga ati: “Ese ukuntu umwami wa Isirayeli yigize uwuninahaye uno musi+ igihe yikurako agashambara uno musi mu maso y’abashumbakazi b’abasuku biwe, nk’uko umwe mu bagabo b’ibijuju yikurako agashambara agasigara ari amenya+!”
-