1 Samweli 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kandi Mikali+ umukobwa wa Sauli, yarakunda Dawidi; nuko babimenyesha Sauli, ico kintu aragishima.