ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 14:49
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 49 Bene Sauli bari Yonatani+ na Ishivi na Maliki-shuwa+; nayo amazina y’abakobwa biwe babiri, uwavutse ubwa mbere yitwa Merabu+, umuto na we akitwa Mikali+.

  • 1 Samweli 19:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mu nyuma Sauli atuma intumwa+ ku nzu ya Dawidi kugira ngo ziyigumizeko ijisho no kugira ngo amwicishe mu gitondo+; mugabo Mikali umugore wiwe abwira Dawidi ati: “Nutahunga muri iri joro, ejo uzoba wishwe.”

  • 1 Samweli 25:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 Kandi Mikali+ umukobwa wa Sauli, umugore wa Dawidi, Sauli yari yamuhaye Paliti+ mwene Layishi, uwamuka i Galimu+.

  • 2 Samweli 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Aca avuga ati: “Ni vyiza! Jewe nzogirana isezerano nawe. Ariko hari ikintu kimwe ngusaba: ‘Ntuzobona mu maso hanje+, kiretse ubanje kuzana Mikali+ umukobwa wa Sauli, niwaza kuraba mu maso hanje.’”

  • 2 Samweli 6:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Isandugu ya Yehova ishitse mu Gisagara ca Dawidi, Mikali+ umukobwa wa Sauli araba hasi acishije mw’idirisha maze abona Umwami Dawidi asimbasimba yongera atamba yizunguriza imbere ya Yehova; nuko atangura kumusuzugurira+ mu mutima+.

  • 1 Ngoma 15:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Isandugu y’isezerano+ rya Yehova ishitse mu Gisagara ca Dawidi, Mikali+ umukobwa wa Sauli, araba hasi acishije mw’idirisha maze abona Umwami Dawidi yikina amatavu yongera ahimbaza+ ico kintu; nuko atangura kumusuzugurira+ mu mutima.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika