Kuvayo 15:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Hanyuma Miriyamu umuhanuzikazi, mushiki wa Aroni+, atora akagoma mu kuboko kwiwe+; maze abagore bose batangura gusohokana na we n’utugoma, batamba+. Zaburi 30:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Wampinduriye ikigandaro canje kiba ugutamba+;Watekuruye igunira* ryanje, uguma unkenyeje umunezero+,
20 Hanyuma Miriyamu umuhanuzikazi, mushiki wa Aroni+, atora akagoma mu kuboko kwiwe+; maze abagore bose batangura gusohokana na we n’utugoma, batamba+.
11 Wampinduriye ikigandaro canje kiba ugutamba+;Watekuruye igunira* ryanje, uguma unkenyeje umunezero+,