2 Samweli 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Dawidi yariko atamba yizunguriza n’inkomezi ziwe zose imbere ya Yehova, ico gihe akaba yari akenyeye efodi+ y’ilino. Umusiguzi 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 igihe co kurira+ n’igihe co gutwenga+; igihe co kuboroga+ n’igihe co kwikina amatavu+; Yeremiya 31:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nzosubira kukwubaka, nawe usubire kwubakwa koko+, ewe mwigeme w’isugi wa Isirayeli! Uzosubira kwisharizisha utugoma twawe, usohoke koko mu ntambo y’abatwenga+.
14 Dawidi yariko atamba yizunguriza n’inkomezi ziwe zose imbere ya Yehova, ico gihe akaba yari akenyeye efodi+ y’ilino.
4 Nzosubira kukwubaka, nawe usubire kwubakwa koko+, ewe mwigeme w’isugi wa Isirayeli! Uzosubira kwisharizisha utugoma twawe, usohoke koko mu ntambo y’abatwenga+.