ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 16:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Muzorira muboroge, mugabo isi izonezerwa; muzogira intuntu+, mugabo intuntu yanyu izohinduka akanyamuneza+.

  • Abaroma 12:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Munezeranwe n’abanezerewe+; murirane n’abarira.

  • 2 Abakorinto 7:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko, ehe ico kintu nyene, ni ukuvuga ukubabara kwanyu guhuye n’ukugomba kw’Imana+, ingene cabazanyemwo ubwira bwinshi, ingene cabazanyemwo ukwikurako ibara, ingene cabazanyemwo ishavu, ingene cabazanyemwo ubwoba, ingene cabazanyemwo icipfuzo gikomeye, ingene cabazanyemwo umwete, ingene cabazanyemwo ugusubiza ibintu mu buryo+! Muri vyose mwarerekanye ko mutanduye ku bijanye n’ico kibazo.

  • Yakobo 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nimwemere mugire amagorwa, mugandare, murire+. Agatwengo kanyu nigahinduke ikigandaro, n’akanyamuneza kanyu gahinduke ukujonjogora+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika