Luka 6:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Muragowe mwebwe muhaze ubu, kuko muzosonza+. “Muragowe, mwebwe muriko muratwenga ubu, kuko muzogandara mukarira+. Ivyahishuwe 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko uvuga ngo: “Ndi umutunzi+ kandi narironkeye ubutunzi kandi nta co nkenye,” mugabo ntumenye ko uri umugorwa, ko uteye ikigongwe, ko uri umworo, ko uri impumyi+ be n’uko uri gusa;
25 “Muragowe mwebwe muhaze ubu, kuko muzosonza+. “Muragowe, mwebwe muriko muratwenga ubu, kuko muzogandara mukarira+.
17 Kuko uvuga ngo: “Ndi umutunzi+ kandi narironkeye ubutunzi kandi nta co nkenye,” mugabo ntumenye ko uri umugorwa, ko uteye ikigongwe, ko uri umworo, ko uri impumyi+ be n’uko uri gusa;