Hoseya 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Efurayimu aguma avuga ati: ‘Ni ukuri narabaye umutunzi+; narironkeye ibintu vy’agaciro+. Ku bijanye n’ubucumukure bwanje bwose, ntibazombonako ikosa ryokwitwa igicumuro+.’ 1 Abakorinto 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Burya muramaze guhaga? Burya muramaze kuba abatunzi+? Burya mwaratanguye kuganza+ tutari kumwe? Icompa koko mukaba mwaratanguye kuganza, ngo natwe tuganzanye namwe+.
8 Efurayimu aguma avuga ati: ‘Ni ukuri narabaye umutunzi+; narironkeye ibintu vy’agaciro+. Ku bijanye n’ubucumukure bwanje bwose, ntibazombonako ikosa ryokwitwa igicumuro+.’
8 Burya muramaze guhaga? Burya muramaze kuba abatunzi+? Burya mwaratanguye kuganza+ tutari kumwe? Icompa koko mukaba mwaratanguye kuganza, ngo natwe tuganzanye namwe+.