2 Timoteyo 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 nitwabandanya kwihangana, tuzoganzanya kandi na we+; nitwamwihakana+, na we azotwihakana; Ivyahishuwe 3:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Uwutsinda+ nzomuha kwicarana nanje ku ntebe y’ubwami yanje+, nk’uko nanje nyene natsinze nkicarana+ na Data ku ntebe y’ubwami yiwe+.
21 Uwutsinda+ nzomuha kwicarana nanje ku ntebe y’ubwami yanje+, nk’uko nanje nyene natsinze nkicarana+ na Data ku ntebe y’ubwami yiwe+.