Imigani 30:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hari iyaruka rityoroye mu maso yaryo bwite+ mugabo rituhagiwe umwanda waryo mukuru+. Malaki 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Mwaruhije Yehova n’amajambo yanyu+, hanyuma muvuga ngo: ‘Ni gute twamuruhije?’ Ni mu kuba muvuga ngo: ‘Umuntu wese akora ikibi ni mwiza mu maso ya Yehova, kandi mwene abo baramuhimbara+’; canke ngo: ‘Ya Mana y’ubutungane iri hehe+?’”
17 “Mwaruhije Yehova n’amajambo yanyu+, hanyuma muvuga ngo: ‘Ni gute twamuruhije?’ Ni mu kuba muvuga ngo: ‘Umuntu wese akora ikibi ni mwiza mu maso ya Yehova, kandi mwene abo baramuhimbara+’; canke ngo: ‘Ya Mana y’ubutungane iri hehe+?’”