Zaburi 36:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko mu maso yiwe bwite yiyorohereje birenze urugero+Bigatuma atabona ikosa ryiwe ngo aheze aryanke+. Yesaya 65:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 abavuga ngo: ‘Guma aho uri. Ntunyegēre, kuko ntabura kukwandukiza ubweranda+.’ Abo ni umwotsi mu mazuru yanje+, umuriro waka bukarinda bwira+. Luka 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ku bw’ivyo, ababwira ati: “Mwebwe muriyita abagororotsi imbere y’abantu+, mugabo Imana irazi imitima yanyu+; kuko igishirwa hejuru mu bantu ari ikintu gisesemye imbere y’Imana+. 2 Timoteyo 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 abaguranyi+, intumva, abivyimvya+, abakunda ibinezereza aho gukunda Imana+, 1 Yohani 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Iyo tuvuze ngo: “Nta gicumuro dufise+,” tuba turiko turizimiza+ kandi ukuri ntikuba kuri muri twebwe.
2 Kuko mu maso yiwe bwite yiyorohereje birenze urugero+Bigatuma atabona ikosa ryiwe ngo aheze aryanke+.
5 abavuga ngo: ‘Guma aho uri. Ntunyegēre, kuko ntabura kukwandukiza ubweranda+.’ Abo ni umwotsi mu mazuru yanje+, umuriro waka bukarinda bwira+.
15 Ku bw’ivyo, ababwira ati: “Mwebwe muriyita abagororotsi imbere y’abantu+, mugabo Imana irazi imitima yanyu+; kuko igishirwa hejuru mu bantu ari ikintu gisesemye imbere y’Imana+.
8 Iyo tuvuze ngo: “Nta gicumuro dufise+,” tuba turiko turizimiza+ kandi ukuri ntikuba kuri muri twebwe.