Zaburi 97:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yemwe abakunda Yehova+, nimwanke ikibi+.Arinda ubuzima bw’intahemuka ziwe+;Abarokora mu kuboko kw’ababisha+. Amosi 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nimwanke ikibi, mukunde iciza+, mu he ubutungane ikibanza mw’irembo+. Kumbure Yehova ya Ma na nyen’ingabo azogirira ubutoni+ abasigaye ba Yozefu+.’
10 Yemwe abakunda Yehova+, nimwanke ikibi+.Arinda ubuzima bw’intahemuka ziwe+;Abarokora mu kuboko kw’ababisha+.
15 Nimwanke ikibi, mukunde iciza+, mu he ubutungane ikibanza mw’irembo+. Kumbure Yehova ya Ma na nyen’ingabo azogirira ubutoni+ abasigaye ba Yozefu+.’