Zaburi 34:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nureke ikibi, ukore iciza+;Rondera amahoro, uyakurikirane+. Zaburi 97:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yemwe abakunda Yehova+, nimwanke ikibi+.Arinda ubuzima bw’intahemuka ziwe+;Abarokora mu kuboko kw’ababisha+. Abaroma 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Urukundo+ rwanyu ntirubemwo ubwiyorobetsi+. Muzinukwe ikibi+, mwumire ku ciza+. 3 Yohani 11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mukundwa, ntiwigane ikibi, ahubwo wigane iciza+. Uwukora iciza akomoka ku Mana+. Uwukora ikibi ntiyabonye Imana+.
10 Yemwe abakunda Yehova+, nimwanke ikibi+.Arinda ubuzima bw’intahemuka ziwe+;Abarokora mu kuboko kw’ababisha+.
11 Mukundwa, ntiwigane ikibi, ahubwo wigane iciza+. Uwukora iciza akomoka ku Mana+. Uwukora ikibi ntiyabonye Imana+.