ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 32:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Hanyuma ku musi nyene ukurikira, Musa atangura kubwira abantu ati: “Mwebwe mwacumuye igicumuro gikomeye+, kandi ubu ngira nduge kwa Yehova. Hari aho noshobora gutanga iciru ku bw’igicumuro canyu+.”

  • Zaburi 62:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 N’ubuntu bwuzuye urukundo ni rwawe, ewe Yehova+,

      Kuko wewe ubwawe wishura umwe wese ibihuye n’igikorwa ciwe+.

  • Zefaniya 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 nimurondere Yehova+, yemwe abatekereza bo kw’isi mwese+, abashize mu ngiro ingingo yiwe y’ubutungane*. Nimurondere ubugororotsi+, nimurondere ubutekereji+. Hari aho+ mwohishwa kuri wa musi w’ishavu rya Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika