ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 31:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: “Nimusemerere n’ijwi rirenga kuri Yakobo munezerewe, mwanirize akamo kw’isonga ry’amahanga+. Nimuvyamamaze+. Shemeze Imana, muvuge muti: ‘Ewe Yehova, kiza abantu bawe, amasigarira ya Isirayeli+.’

  • Zakariya 10:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nzotuma inzu ya Yuda itsinda, kandi inzu ya Yozefu nzoyikiza+. Nzobaha aho kuba, kuko nzobagirira imbabazi+; bazomera nk’abo ntari narashibuye+; kuko ndi Yehova Imana yabo, kandi nzobishura+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika