Yesaya 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimuhibongoreze Yehova+, kuko yakoze ibirenze+. Ivyo biramenyeshwa mw’isi yose. Amosi 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “‘Nimuvyamamaze ku minara yo kubamwo i Ashidodi no ku minara yo kubamwo mu gihugu ca Misiri+, muti: “Nimukoranire imisozi ya Sama riya+, mubone imivurungano myinshi ihari be n’ubugunge buhibereye+. Ivyakozwe 26:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 yuko Kristu yabwirizwa kubabazwa+, kandi ko mu kuba uwa mbere mu kuzurwa+ mu bapfuye, yari agiye kwamamaza umuco+ kuri iki gisata no ku mahanga+.”
9 “‘Nimuvyamamaze ku minara yo kubamwo i Ashidodi no ku minara yo kubamwo mu gihugu ca Misiri+, muti: “Nimukoranire imisozi ya Sama riya+, mubone imivurungano myinshi ihari be n’ubugunge buhibereye+.
23 yuko Kristu yabwirizwa kubabazwa+, kandi ko mu kuba uwa mbere mu kuzurwa+ mu bapfuye, yari agiye kwamamaza umuco+ kuri iki gisata no ku mahanga+.”