Zaburi 18:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Ni co gituma nzoguhaya mu mahanga, ewe Yehova+,Kandi nzohibongoreza izina ryawe+. Yesaya 11:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi+: hazoba umuzi wa Yese+ uzohagarara nk’ikimenyetso ku bisata vy’abantu+. Ni we amahanga azokwitura ngo amusiguze+, kandi ahantu hiwe h’ukuruhukira hazotegerezwa gucika ahaninahaye+. Yesaya 52:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 ni ko azotera amahanga menshi guhababuka+. Kubera we, abami bazozibira akanwa kabo+, kuko bazobona koko ivyo batadondewe, kandi bazotegerezwa kurimbura ivyo batari barumvise+.
10 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi+: hazoba umuzi wa Yese+ uzohagarara nk’ikimenyetso ku bisata vy’abantu+. Ni we amahanga azokwitura ngo amusiguze+, kandi ahantu hiwe h’ukuruhukira hazotegerezwa gucika ahaninahaye+.
15 ni ko azotera amahanga menshi guhababuka+. Kubera we, abami bazozibira akanwa kabo+, kuko bazobona koko ivyo batadondewe, kandi bazotegerezwa kurimbura ivyo batari barumvise+.