Ivyakozwe 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo Umukama amubwira ati: “Genda, kubera ko uwo muntu ari icombo nitoreye+ ngo ashingire intahe izina ryanje ku mahanga+ no ku bami+ no kuri bene Isirayeli. Ivyakozwe 10:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Bavuga bati: “Koruneliyo, intwazangabo, umugabo w’umugororotsi atinya Imana+ kandi avugwa neza+ n’ihanga ryose ry’Abayuda, yategetswe n’Imana biciye ku mumarayika mweranda, ngo agutumeko uze ku nzu yiwe, yumve ivyo uvuga.” Abaroma 10:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo Yesaya aratinyuka cane akavuga ati: “Naronketse ku batariko bandondera+; nabonetse ku batariko babaza ivyanje+.” Abaroma 15:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 mugabo, nk’uko vyanditswe: “Abatamenyeshejwe ikintu na kimwe ku bimwerekeye bazobona, kandi abatumvise bazotegera+.”
15 Mugabo Umukama amubwira ati: “Genda, kubera ko uwo muntu ari icombo nitoreye+ ngo ashingire intahe izina ryanje ku mahanga+ no ku bami+ no kuri bene Isirayeli.
22 Bavuga bati: “Koruneliyo, intwazangabo, umugabo w’umugororotsi atinya Imana+ kandi avugwa neza+ n’ihanga ryose ry’Abayuda, yategetswe n’Imana biciye ku mumarayika mweranda, ngo agutumeko uze ku nzu yiwe, yumve ivyo uvuga.”
20 Mugabo Yesaya aratinyuka cane akavuga ati: “Naronketse ku batariko bandondera+; nabonetse ku batariko babaza ivyanje+.”
21 mugabo, nk’uko vyanditswe: “Abatamenyeshejwe ikintu na kimwe ku bimwerekeye bazobona, kandi abatumvise bazotegera+.”