ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 56:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 nzobazana rero ku musozi wanje mweranda+, ndabanezereze mu nzu yanje yo gusengeramwo+. Amashikanwa yabo aturirwa uko yakabaye+ be n’ibimazi+ vyabo bizoba ivyo kwemerwa ku gicaniro canje+. Kuko inzu yanje izokwitwa inzu yo gusengeramwo ku bisata vy’abantu vyose+.”

  • Hagayi 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “‘Nzotigitisha amahanga yose, maze ibintu bihimbaye vyo mu mahanga yose bizoza ata kabuza+; nzokwuzuza iyi nzu ubuninahazwa+,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

  • Abafilipi 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 kugira ngo mw’izina rya Yezu ivi ryose ripfunywe, ry’abari mw’ijuru n’abari kw’isi n’abari munsi y’ivu+,

  • Ivyahishuwe 7:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ni co gituma bari imbere+ y’intebe y’ubwami y’Imana; kandi bariko bayikorera igikorwa ceranda+ umurango n’ijoro mu rusengero rwayo; kandi Uwicaye kuri iyo ntebe y’ubwami+ azosanza ihema ryiwe+ hejuru yabo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika