Luka 18:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo aha kandi iki kigereranyo bamwe, abiyizigira ubwabo ko ari abagororotsi+, bagafata abandi ko ari ubusa+, ati: Luka 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nya Mufarizayo arahagarara+, atangura gusengera+ ku mutima ati: ‘Ewe Mana, ndagukengurukira yuko ntameze nk’abandi bantu: abanyazi, abakora ibitagororotse, abarenga ibigo, canke mbere nk’uyu mutozakori+.
9 Mugabo aha kandi iki kigereranyo bamwe, abiyizigira ubwabo ko ari abagororotsi+, bagafata abandi ko ari ubusa+, ati:
11 Nya Mufarizayo arahagarara+, atangura gusengera+ ku mutima ati: ‘Ewe Mana, ndagukengurukira yuko ntameze nk’abandi bantu: abanyazi, abakora ibitagororotse, abarenga ibigo, canke mbere nk’uyu mutozakori+.