Yesaya 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Iyo mugaranzuye ibiganza+, ndabahisha amaso yanje+. Naho mutura amasengesho menshi+, sinumviriza+; amaboko yanyu asigaye yuzuye ugusesa amaraso+. Yesaya 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Na we avuga ati: “Ndakwinginze wumvirize, wa nzu ya Dawidi! Mbega ni ikintu gitoyi kuri mwebwe kuba muruhisha abantu, mukaruhisha n’Imana yanje+? Yesaya 43:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nta kanehe* imota neza+ wanguriye amahera; kandi ntiwanyujuje ikinure c’ibimazi vyawe+. Mu vy’ukuri, wangobereye kugukorera kubera ibicumuro vyawe; watumye ndambirwa n’amakosa yawe+. Yeremiya 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “‘Ni wewe wantaye+,’ ni ko Yehova avuze. ‘Uguma ugenda amasubiranyuma+. Nzokubangurira ukuboko nguhonye+. Nduhijwe no kwicuza+.
15 Iyo mugaranzuye ibiganza+, ndabahisha amaso yanje+. Naho mutura amasengesho menshi+, sinumviriza+; amaboko yanyu asigaye yuzuye ugusesa amaraso+.
13 Na we avuga ati: “Ndakwinginze wumvirize, wa nzu ya Dawidi! Mbega ni ikintu gitoyi kuri mwebwe kuba muruhisha abantu, mukaruhisha n’Imana yanje+?
24 Nta kanehe* imota neza+ wanguriye amahera; kandi ntiwanyujuje ikinure c’ibimazi vyawe+. Mu vy’ukuri, wangobereye kugukorera kubera ibicumuro vyawe; watumye ndambirwa n’amakosa yawe+.
6 “‘Ni wewe wantaye+,’ ni ko Yehova avuze. ‘Uguma ugenda amasubiranyuma+. Nzokubangurira ukuboko nguhonye+. Nduhijwe no kwicuza+.