Yesaya 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Riragowe ihanga ry’iricumuzi+, abantu buzuye amakosa, uruvyaro rukora ikibi+, abana b’abononyi+! Barahevye Yehova+, ntibubashe wa Mweranda wa Isirayeli+, basubiye inyuma+. Yeremiya 7:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mugabo ntibumvirije, canke ngo batege ugutwi+, ariko bagendeye mu nama zabo, mu kagagazo k’umutima wabo mubi+, ku buryo basubira inyuma, aho kuja imbere+,
4 Riragowe ihanga ry’iricumuzi+, abantu buzuye amakosa, uruvyaro rukora ikibi+, abana b’abononyi+! Barahevye Yehova+, ntibubashe wa Mweranda wa Isirayeli+, basubiye inyuma+.
24 Mugabo ntibumvirije, canke ngo batege ugutwi+, ariko bagendeye mu nama zabo, mu kagagazo k’umutima wabo mubi+, ku buryo basubira inyuma, aho kuja imbere+,